tweetindex
TR

Kwa Ntare Rushatsi ✓

@KwaNtare · Burundi · joined 22 Mar 2017

Ibiro vya Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu c'u #Burundi

70 507Followers
71Following
3 948Posts total
7.6KViews on collected posts

Son gönderiler

Umukuru w'igihugu c'U #Burundi akaba kandi n'Umukuru w'ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika @_AfricanUnion, Nyenicubahiro Evariste #Ndayishimye (@GeneralNeva), yakiriye abagwizatunga benshi kuri uyu wa gatandatu 12 Nyakanga 2026 m'Ubuhindi, bamwe muri bo baramaze gutangura gukora mu
1K views · 14 likes · 9 reposts · 0 replies Open on X →
@KwaNtare @_AfricanUnion Ukwakirwa n’igishika kwa Nyenicubahiro Perezida Evariste Ndayishimiye mu Buhindi, harimwo n’Abarundi baba muri ico gihugu, ni ikimenyetso c’ubucuti bukomeye hagati y’Abarundi n’abafatanyabikorwa mpuzamakungu. 13 views · 0 likes · 0 reposts · 0 replies Open on X →
Umukuru w'igihugu c'U #Burundi akaba n'Umukuru w'ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika @_AfricanUnion Nyenicubahiro Evariste #Ndayishimye m'Ubuhindi, yakirwanye n'igishika cinshi harimwo n'Abarundi baba muri ico gihugu https://t.co/cN4XCYrSud
1.8K views · 26 likes · 15 reposts · 1 replies Open on X →
Umukuru w'igihugu c'#Uburundi akaba n' Umukuru w'ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika @_AfricanUnion, Nyenicubahiro Evariste #Ndayishimye , ari kumwe n'umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro @Burundi1stLady, yashitse m'Ubuhindi kuri uyu mugoroba wa 11 Nyakanga 2026. Agishika i New Delhi, h
2.1K views · 51 likes · 37 reposts · 0 replies Open on X →
Amasanamu y'urugendo rwa Nyenicubahiro @GeneralNeva i New Delhi m' Ubuhindi, mu nama ya #BRICS Ku ncuro ya 18. https://t.co/Qfxu09DMEw
1.5K views · 41 likes · 31 reposts · 2 replies Open on X →
Nyenicubahiro Évariste #NDAYISHIMIYE, Umukuru w'igihugu c'U #Burundi akaba n'Umukuru w'ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika @_AfricanUnion , ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe, Nyenicubahiro @Burundi1stLady, yafashe urugendo rumushikana i New Delhi m'Ubuhindi, mu nama ya BRICS igira 18.
1.2K views · 45 likes · 34 reposts · 1 replies Open on X →

Aynı büyüklükteki hesaplara karşı

Son 90 güne ait 6 gönderi, 10K–100K takipçi aralığıyla yan yana. benzerlerinden daha az kişiye ulaşıyor, ama onları çok daha güçlü bağlıyor.

Medyan görüntülenme1 320bu hesap95910K–100K için medyan
Erişim, %1.87%bu hesap3.75%10K–100K için medyan
Etkileşim, %3.27%bu hesap1.52%10K–100K için medyan
ÖlçütBu hesap10K–100K için medyanOran
Gönderi başına medyan görüntülenme1 3209591.38×
Erişim (görüntülenme ÷ takipçi)1.87%3.75%0.50×
Etkileşim oranı3.27%1.52%2.15×

Bu aralıktaki diğer hesaplar →   Başka bir hesapla karşılaştır →   Bu kıyas değerleri nasıl kuruluyor →

Growth & engagement

How the posts we collected actually performed: views and reaction rate post by post, what the audience did with them, and where the follower count goes.

Views per post

1.2K11 Sep
1.5K
2.1K
1.8K12 Sep
13
1K

Last 6 collected posts, oldest on the left. The scale is logarithmic: one post can outrun the rest a hundred times over.

Engagement rate per post

6.94%11 Sep
4.98%
4.26%
2.29%12 Sep
0.00%
2.23%

Reactions — likes, reposts, replies and quotes — divided by views. Median for 10K–100K accounts is 1.52%.

What the audience does

Likes57.3%177 in total
Reposts40.8%126 in total
Replies1.3%4 in total
Bookmarks0.6%2 in total

Share of every reaction we collected for this account. Replies mean argument, reposts mean endorsement, bookmarks mean the post was worth keeping.

The follower curve appears once this account has two daily snapshots — we take one a day, and this one is on its first.

Benzer hesaplar